Continúa después del anuncio

    ihoze mwana wa mama
    uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
    yego nanje ndibonera
    yuko imibiri yose idasa
    uyu urera
    urya ukirabura
    uriya uravanze
    jewe mbona
    watu wa ulimwengu wandugu
    kaskasini kusini wako sawa
    watu wa ulimwengu wandugu
    wote wanafanana
    mbona dusa
    umworo wino arasa
    n'umworo wo hirya agasa
    n'umworo wa hakurya
    umwana wanje ansera
    kurya umwana wawe agusera
    abavyeyi turasa
    none mwana wa mama
    abantu dupfa iki ?
    ko mbona

    Continúa después del anuncio
    Información de la canción

    Composición: Khadja Nin

    ¿Los datos están equivocados?

    Enviar revisión