Cifra Club

Turasa

Khadja Nin

Aún no tenemos los acordes de esta canción.

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki ?
ko mbona

Otros videos de esta canción
    0 visualizaciones

    Afinación de los acordes

    Afinador en línea

    Ops (: Contenido disponible solo en portugués.
    OK